Toufah Jallow yagiriza Perezida Jammeh kumufata ku nguvu
Ntibishobora gukina mu cuma cawe

Toufah Jallow yagiriza Perezida Jammeh kumufata ku nguvu

Ibi vyagiriji bihakanwa n'abari begereye Jammeh akiri ku butegetsi, biri mu vyegeranyo vy'amatohoza, mugihe Toufah na Jammeh bose bahunze Gambia.